Hari ijambo nkunda kumva ngo:" ico umuntu ari canke ashaka kuba ukibonera mu bikorwa akora." Investissa mu magara meza yawe, ntuzokwicuza. 1. Ku investissa mu magara meza yawe bisigura iki? Kuberiki dukwiye kubikora? ✅ Bisigura ngo gushira umutahe mu magara meza y'umubiri wawe, kuba conscient ko kugira amagara meza ubifisemwo uruhara. ✅ Dukwiye kubikora kubera utabikoze kare uravyicuza ukabikora umwanya warakurenganye. Mubisanzwe umubiri wacu uri programmé bien sana kandi I